Screenshot_2015-05-10-11-27-42

Alexis Sinduhije annonce un renforcement des manifestations Partie 2

3 réponses
  1. Rose Hakizimana
    Rose Hakizimana dit :

    Nimunsigurire kuba membre wa Onu icarico N Igihugu kiba membre canke n Umupresida Ikindi mbega Uburundi buri muri Onu kubwa nkurunziza nikuki Onu itoraba ineza y abanyagihugu Izorindira ko abarundi bahera ibone guseruka
    Nawe Mushingantahe Sinduhije Alexis komera kandi ukore cane turabe ko akaga Uburundi burimwo kohera, katewe n umuntu abasha ngo arasenga mugabo arihenda kuko Imana ntibeshwa
    Ndakeje Abarundi aho barihose kw isi kuko barerekanye urukundo n iteka bafise ku Gihugu cabo ni mukomere tugira tutsinde Kanatsinda isiha, mujeri ntiyotsinda ABASHINGANTAHE B IJUNJA N IJAMBO, KOMERA Barundi mwikureko RUSENYANZUGI

    Répondre
  2. mahoro
    mahoro dit :

    Amahoro Rose.

    Dukomeze urugamba kuko imbere hazoba ari heza kuruta uno musi.

    Ku bibazo vyawe , inyishu mbona noguha ko atawurakwishura ni:

    -ONU igizwe n’ ibihugu ( membres) 193. Muri ivyo harimwo Uburundi

    Membres en 2015

    Membres permanents et membres non permanents

    Le Conseil de sécurité igizwe n’ ibihugu15 (membres), dont 5 membres permanents( ntayegayezwa) : Chine, États-Unis d’Amérique, Fédération de Russie, France et Royaume-Uni, hamwe n’ ibindi 10 membres bitorwa na Assemblée générale ku mandat y’ imyaka 2.

    Angola (2016) Chili (2015) Espagne (2016) Jordanie (2015) Lituanie (2015) Malaisie (2016) Nigéria (2015) Nouvelle-Zélande (2016) Tchad (2015) Venezuela (République bolivarienne du) (2016)

    Ibihugu birenga 60 (Membres des Nations Unies ) ntibirigera biba membres du Conseil de sécurité.

    -Birya 5 ntayegayezwa, nivyo, iyo ibintu biyangaye mu bihugu vy’ umuryango wa ONU ,bikorana bigafatira ingingo ico gihugu. Hano iwacu , iyo Nama ngo iba yaramaze gufata ingingo ariko Fédération de Russie na République populaire de Chine bica vyanka. Vyose uko ari 5 bigomba kunvikana kugira hasohorwe ico bita « Résolution ». Bitagenze uko, bishoboka aruko hakoreshejwe igikenye. Akarorero: USA igihe itereye Iraq muri 2003.

    Répondre

Répondre

Se joindre à la discussion ?
Vous êtes libre de contribuer !

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *