Avec la guerre de cibitoke, la chasse à l’homme a commencé!

Ce samedi 3 janvier 2015, la police a tôt le matin investi le domicile du leader des jeunes de l’Alliance de Démocrates pour le changement, Monsieur Patrick Nkurunziza. Cette fouille-perquisition était accompagné d’un mandat d’arrêt. Les mêmes mandats concernaient aussi deux autres membres du comité exécutif de ce collectif des jeunes. D’une source  autorisée de la police ces leaders de la jeunesse de l’opposition sont accusés à tort d’être de mèches avec la rébellion de Cibitoke. Mais la fouille -perquisition n’a rien donné.

Avertis à temps de cette arrestation, ces représentants de la jeunesse de l’ADC-IKIBIRI ont pris le large. Ils sont donc en cavale. Cette chasse à l’homme de l’opposition consécutive à la guerre de Cibitoke donne raison aux défenseurs des droits de l’homme qui redoutent une persécution de l’opposition; celle-ci sera accusée d’être en intelligence avec la nouvelle rébellion. Les têtes des bouc-émissaires vont commencer à tomber.

Pancrace CIMPAYE

1 réponse
  1. Rose Hakizimana
    Rose Hakizimana dit :

    birateye isoni aho bonyene bashinga ikiroberi bakitera mu ntumbero yokweka nu
    kurondera abo mutavuga rumwe canke abama bahanu mukwerekana ibitagenda neza
    Mbonimpa yerekanye ko hari imbonera kure ziri muri kongo baramupfunze atabagwa na
    Makungu muri congo bazirukanye zica zihereza imsozi ziyambitse ibikoti birebire
    ziba zica ,Abantu barasemerera aho bokweretse abarundi abaribo abafashwe ntawamenye iyo babajanye batubwira ngo barabishe kuko bari babwiye abanyagihugu
    ko bahora muri congo aho bavugiye ngocibitoke yatewe bagiye mubanyagihu barica barengera ku basoda banse kwica benewabo babaca imitwe none ubu mwumvise ko
    ivyabona vyabo arivyo ngo vyagiriza sinduhije ngo nabo bishwe sinziko bazozuka
    kumwagiriza canke boba bafise ivyo babasigaranye ivyo lero vyavuzwe na Nyabenda
    President du parti cndd fdd itariki 2 canke zitatu Mbonimpa yabwiwe nu muntu wo
    muri documentation ngo abateye na batutsi ba sinduhije mwumve namwe intwaro
    yama yica yiba ibiba amacakubiri igira irementanya kugira ikorere ikibi abarundi Hageze aho abize amategeko bategura dossiers kugira twitwarire iyo ntwaro Nkavunira akagohe Nyabenda nti kuvuga ko Eric yapfuye arico cemezo cukwo
    Sinduhije na MSD CANKE ADC IKIBIRI vyateye aho wihenze cane kuko uwapfuye ntaba
    icabona kandi iyo mushaka temoignage ntimwamwica mwari kumufata akaja imbere
    y intahe,ikindi nukwo atawonezegwa ngo naka yapfuye womenya ko yazibiye ikinogo ciwe, gwawe kiracakurindiriye. Nkakumenyesha ko Uburundi bugizwe ni ntungane nyinshi kandi basenga Imana atari yamana mwama muja kurondera mw itanganika
    kubera izo ntunga nyinshi na masengesho yukuri,Imana izokwama isambura ayo
    marementanya niyo mitego yashetani

    Répondre

Répondre

Se joindre à la discussion ?
Vous êtes libre de contribuer !

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *