CITATION DU 15 AOUT 2015

« When a man is denied the right to live the life he believes in, he has no choice but to become an outlaw » ( Quand il est interdit à un homme  le droit de vivre la vie en la quelle il croit, alors il n’a pas d’autre choix que de devenir un hors-la loi). Nelson Mandela

1 réponse
  1. Rose Hakizimana
    Rose Hakizimana dit :

    Naje ndemera ko umuntu akubuza kubaho atakugaburira canke ngo abe ariwe uzeyeko uburaro n uburamuko Ico ugira nukwigwanira
    Ikimbabaza nukwo abarundi bicwa bapfungwa banyagwa banyruzwa Tufise IGISIRIKARE
    cotegerejwe kutabara Abarundi iyo batewe
    Abarundi baratewe nigikoko citwa Nkurunziza aho akora ayo mabi yose Igisirikare kirorera ,Aho bagenda kutabara ibindi bihugu Abarundi bariko baricwa birababaje cane Nagira relo ndabatere akamo bave ibuzimu baje i buntu babuze Nkurunziza kwica abantu Kubona hamaze kwicwa abantu barenga ijana mu mezi ine kandi nubu Nkurunziza atahagarika Hrageze ko Abarundi bamugwanya kuko yabaye RUMARIZA Canke HITRIR

    Répondre

Répondre

Se joindre à la discussion ?
Vous êtes libre de contribuer !

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *