CITATION DU 16 JANVIER 2015

« Ineza imeze nk’Amazi, irateba ikicira inzira »
 » Le Bien a la puissance de l’Eau, il finit toujours par se frayer un passage » Sagesse burundaise

1 réponse
  1. Rose Hakizimana
    Rose Hakizimana dit :

    UWO MUGANI NIWO ,KANDI UKURI GUCA MU ZIKO NTIGUSHA,KANDI UKORERA IKIBI UTAKURONDERA KIKAGUSUBIRAKO KANDI AMARASO ARAHUMA IYO BABA BIYUMVIRA BORABA IKITUMA BAMA BIRUKA KWICA CANKE KWIBA KANDI ATACO BABUZE BAGACA BAMENYA KO ARI YA MIVUMO YA MUSENYERI RUHUNA ,YAMARIRA YA BAVYEYI BAHEKUWE NABO ZA MPFUVYI NA BABABAPFAKAZI BAYERERA MWI BARABARA BATAGIRA UWO BAGANYIRA
    ABARUNDI NI BASENGE KUGIRA YA SHETANI BASENGA ITSINDWE NABO BAJANE NAYO

    Répondre

Répondre

Se joindre à la discussion ?
Vous êtes libre de contribuer !

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *