general-niyombare

« Le Générale-Major Niyombare Godefroid en lieu sûr rassure le peuple burundais sur son compte facebook »

Twashaka dushimire abantu mutagira uko
mugana kuko muri benshi mwatwandikiye
mudufata mu mugongo. Twagira tubamenyeshe
ko tuticaye, mushire umutima mu nda, ihangiro
ryacu n’iryo gukura Uburundi mu buja! Nibaza ko
butarashikayo(mu buja) Ahubwo Petero
NKURUNZIZA ashaka kubudushiramwo;
ndahamagaye umurundi wese aho ari ntiyemere
ko tuja mu Buja.
Ntwazangabo aho muri mwese, turazi ko muri
benshi mudushigikiye muri runo rugamba ariko
mwiyubare; Ubutumwa bwanyu abo mubucishako
barabudushikiriza. Mugumye umutima abarundi
mwese aho muri munihangane. Nta ntwaro
y’igikenye izosubira mu #Burundi .

5 réponses
  1. Benigne Muhindo
    Benigne Muhindo dit :

    Mais vuga ingene vyagenze niba warahenzwe na chef d’etat-major be ministre wa dfce, bivuge tumenye icabaye nimba ari wewe wanditse bivuge canke uzoba urimwo mubariye ku rotoke rwa petero mwe na Gaciyurwenge. numva ataco uvuze

    Répondre
  2. Rose Hakizimana
    Rose Hakizimana dit :

    NUKOMERE Mushingantahe Niyombare komera kandi aho uri ugerageze kufasha kugira abo mwari kumwe ntibicwe kuko turavye ingene baciye bihutira kuja kwica abakomeretse bakabasanga mu bitaro
    Turavye ingene barya mwari kumwe bakwezwe hasi bakakubitwa nk inzoka Abantu bose bosemerera kugira amakungu abe ariyo afata urubanza rwabo mu minwe ahandi bazobica kuko ntaco bubahe bakora nk ibimwenyi Uraheza relo utubwize ukuri kuko ibivugwa nivyinshi urazi ko le meme jour baciye baturira ama radio kugira banyegeze ukuri turagushimiye kandi ukwo tukuzi washaka gukiza nubu gumya umutima

    Répondre
  3. tijos
    tijos dit :

    Des rumeurs disent qu’il a été capturé et tué sur place. Toi tu nous dit qu’il est en lieu sur. N’importe qui peut créer un compte facebook ou twitter à son nom.

    SVP arrêter de nous donner des informations non vérifier!.
    S’il est en lieu sur qu’il parle sinon il est mort c’est tout!

    Répondre
  4. Haringingo
    Haringingo dit :

    Ivyabaye ku munsi wa gatatu icakunze n icanse turakeneye kumenya na bikeyi nivyaba atari ibanga, Mushingantahe. Abarundi dushigikiye amahoro, tunyotewe ubutungane, kandi dushaka abatware beza bakunda abo bajejwe kurya kw’umuvyeyi akunda akongera akabungabunga ibibondo vyiwe.

    Répondre
  5. tijos
    tijos dit :

    Mr Pancrace pourquoi mon commentaire n’apparait pas?
    les rumeurs disent bien qu’il a été tué sur le champ toi tu dis qu’il est en lieu sur(on aimerait bien);
    alors tu as des preuves qu’il est en vie?

    merci

    Répondre

Répondre

Se joindre à la discussion ?
Vous êtes libre de contribuer !

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *