IMG-20150807-WA0007

Le Marché de Gitega victime du troisième mandat de Nkurunziza est en train de brûler.

IMG-20150807-WA0008IMG-20150807-WA0007

2 réponses
  1. Mbabarempore
    Mbabarempore dit :

    Mbega basha Nkurunziza azosiga aturiye vyose? Abantu bazanywe no gusambura gusa. ikindryoheye ni uko azogenda umugambi mubi yari afitiye ahahora isoko nkuru ya Bujumbura atawuranguye. Nibaze ko abahora bahakorera bazotegwa iteka ryo kuhasubira

    Répondre
  2. Rose Hakizimana
    Rose Hakizimana dit :

    Ntawuzi ko Nkurunziza atagurishije Uburundi harinaho yoba yaragurishije akaba
    Ashaka kuturira vyose ivyo ataturiye abisambure Yice abo bose bohava harico
    bomubaza Aheze abona gushikiriza abaguze
    Ataho ntawotegera ivyo Nkurunziza akora kuko birasiga ubwenge

    Ikibabaje nukwo n Abize baciyubwenge umenga bwarabajanje ivyo bibi vyose bigigwa
    barorera Ikitavugwa co n Abasirikare babakura mwo abo barikumwe bakabambura imppuzu za Gisirikare bakabica barorera ntibagwanire benewabo
    Harya iyo Umukuntu akurenganije ukanuma mbere ukatege umutwe nk umumobwa akwita
    ikijuju canke ikigugu mbere akagwiza ikibi incuro ijana

    Répondre

Trackbacks (rétroliens) & Pingbacks

Répondre

Se joindre à la discussion ?
Vous êtes libre de contribuer !

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *